
2026 Ukwakira 26, Kuwa mbere 15:57:45
Kuva ku myanya yagutse n’ahantu hanini ho kuramburira amaguru, kugeza ku mafunguro meza na serivisi inoze, dore ibintu bitandukanya amasosiyete atanu y’indege aza ku isonga mu cyiciro cy’imyanya yo kwicaramo isanzwe (Economy Class) nk’uko byatangajwe na Skytra

__
Flávio Bolsonaro yari yiteze gushikiriza ijambo ryo guhimbaza intsinzi yiwe muri iri joro i Brasília, inyuma y’uko mu gice ca mbere c’amatora yari yaje imbere y’uwo bahiganwa.

2026 Ukwakira 26, Kuwa mbere 07:54:32
Abategetsi bari basobanuye uko kuzifunga bavuga ko ibitangazwa ku mbuga zo kuri murandasi byari birimo gukongeza amakimbirane, mu gihe abatavuga rumwe n’ubutegetsi bari bamaganye icyo cyemezo bavuga ko ari ugukoresha ubutegetsi nabi.

2026 Ukwakira 25, Ku cyumweru 13:05:00
Inkongi y’umuriro yadutse mu rukerera rwo kuri iki Cyumweru yibasiye igice kinini cy’isoko ry’ibikorwa by’ubukorikori rya Gisozi mu Mujyi wa Kigali, itwika amaduka menshi n’ibicuruzwa bifite agaciro gakomeye.

2026 Ukwakira 25, Ku cyumweru 11:39:52
Joseph Laroche yari afise imyaka 25 igihe yaba umwe mu baguye mw’isanganya rikomye ry’ubwato bwa Titanic mu 1912.

2026 Ukwakira 25, Ku cyumweru 07:47:41
Obama yavuze ko aya matora ari yo “mahirwe yacu meza ya nyuma yo kugerageza guhagarika ubupfu bumwe bumwe buranga iyi ntwaro.”

2026 Ukwakira 25, Ku cyumweru 05:39:31
Abategetsi b’Ubufaransa bavuga ko abantu hafi 1.000 bafashwe mu migumuko yaturutse ku myiyerekano yo kwiyamiriza ubuzima buzimvye, isanzwe iriko iba no mu bindi bihugu bimwe vya Buraya.

2026 Ukwakira 24, Kuwa gatandatu 10:52:45
Umuntu umwe yafashwe mu Budagi, mu gihe amatohoza akibandanya ku cateye umuriro ku nyubakwa ya Hitler izwi nk’Icari c’Inkona yafashwe n’umuriro.

2026 Ukwakira 24, Kuwa gatandatu 05:14:01
Iki kiganiro kigaruka kw’ishingwa ry’urunani rwa politike na gisirikare FRN rurongowe na Joseph Kabila, yahoze arongoye Repubulika ya Demokarasi ya Congo, akaba yagiye ahabona ngo arwanye reta y’ico gihugu.

2026 Ukwakira 24, Kuwa gatandatu 09:38:41
Umunya-Ukraine yarafashwe yiketswe gukorera igendereza ry’Uburusiya, akaba ari umwe mu batari bake bamaze gufatwa muri uno mwaka ku caha nk’ico.

2026 Ukwakira 24, Kuwa gatandatu 07:48:35
Mouammar Kadhafi, yishwe n’abarwanya ubutegetsi mu 2011. Menya vyinshi ku kungene uno muhungu w’umurimyi mworozi yashoboye kuba umwe mu bategetsi bari bakomeye mu karere k’ibihugu vy’Abarabu.

2026 Ukwakira 23, Kuwa gatanu 10:10:27
Mu cegeranyo HRW yasohoye isa n’iyigaragaza ko Urwanda rushobora kuba hari uruhara rwagize mw’igandagurwa ryiwe.

2026 Ukwakira 23, Kuwa gatanu 11:36:29
Abategetsi bo mu Busuwisi bavuga ko umugabo we ubu ari mu kato ariko nta bimenyetso aragaragaza.

2026 Ukwakira 22, Kuwa kane 07:36:55
Reta y’Urwanda yagiye ihakana ivy’uko ifise uruhara mu mpfu z’abayinegura, ariko hari zimwe zagumye zikurikiranirwa hafi n’amashirahamwe aharanira agateka ka muntu, kubera igipfungu n’ibibazo vyibazwa ku kuntu izo mpfu zagenze.

2026 Ukwakira 22, Kuwa kane 06:40:52
Ni ubwa mbere Ububirigi, igihugu cakolonije RDC, bugize ico bushikiriza ku mugaragaro kw’ivuka ry’umuhari FRN.

2026 Ukwakira 21, Kuwa gatatu 05:20:12
Laurence Ndadaye yarokotse ubwicanyi bwahitanye umugabo wiwe mw’itembagazwa ry’ubutegets vyo ku wa 21 z’ukwezi kwa cumi mu 1993, ari kumwe n’abana biwe batatu. Melchior Ndadaye yari amaze imisi 102 gusa ku butegetsi.

2026 Ukwakira 20, Kuwa kabiri 15:07:19
Mu bitaro bya Kabgayi, biherereye mu majyepfo y’u Rwanda, hari abarwayi bamazemo imyaka irenga 10, bakaba nta yandi mahitamo bafite uretse ayo gukomeza gutegereza.

2026 Ukwakira 17, Kuwa gatandatu 06:02:05
Prezida Joseph Kabila yashinze urunani FRN rufise intumbero yo gukura ku butegetsi prezida Felix Tshisekedi hakoreshejwe inguvu na politike.

2026 Ukwakira 10, Kuwa gatandatu 06:27:57
Uyu musi tuganira ku cipfuzo ibihugu vya Afrika co guhabwa ibibanza mu rwego rwa Onu rujejwe umutekano kw’isi